Загрузка страницы

Burundi : Ingona z'intungano zajanywe mu ruzi Rusizi

#Crocodile #Burundi #OBPE

Inyuma y'imyaka mirongo ibiri ingona zibiri zitunzwe n'umuntu yigenga wo mu Rumonge, zasubijwe mu ruzi Rusizi. Uwari azitunze niwe yihamagariye abajejwe intwaro avuga ko atagishoboye kuzigaburira. Ikigo OBPE kikaba arico cafashije muri ico gikorwa kuri uyu wa 24 Ruhuhuma 2020.

Видео Burundi : Ingona z'intungano zajanywe mu ruzi Rusizi канала Isanganiro
Показать
Комментарии отсутствуют
Введите заголовок:

Введите адрес ссылки:

Введите адрес видео с YouTube:

Зарегистрируйтесь или войдите с
Информация о видео
24 февраля 2020 г. 23:57:05
00:06:04
Яндекс.Метрика