Ibihe bibi Uburundi burimwo vyavuye ku birabira gusa ata co bakora (A. Sinduhije)
Ibihe bitagira izina Uburundi bugezemwo, si amakosa ya Nkurunziza canke Ndayishimiye, ni amakosa yacu kubera twavyemeye. Uyo ni Alexis Sinduhije, arongoye umugambwe MSD, anegura uko ibintu vyifashe. Akaba abivuze mu gihe itariki 18 Ruheshi Evariste Ndayishimiye azoba ahwanije imyaka ine ari ku butegetsi. Alexis Sinduhije akavuga ko yari yaraburiwe ko amabi Ndayishimiye azokorera Uburundi aruta kure ayo Nkurunziza yakoze.
Видео Ibihe bibi Uburundi burimwo vyavuye ku birabira gusa ata co bakora (A. Sinduhije) канала Tele Renaissance
Видео Ibihe bibi Uburundi burimwo vyavuye ku birabira gusa ata co bakora (A. Sinduhije) канала Tele Renaissance
Показать
Комментарии отсутствуют
Информация о видео
Другие видео канала
Le Burundi a besoin de techniciens, pas d’universitaires, selon Révérien NdikuriyoJOURNAL DU 17 NOVEMBRE 2020RARE Monde clôture un programme de vacances pour les enfants burundais réfugiés au RwandaLe Burundi libéralise le commerce du sucre pour contrer sa pénurieUn Evariste Ndayishimiye orgueilleux face à un peuple qui souffre d’une misère sans nomEvariste Ndayishimiye asaba abategetsi kwibuka gusangira ivyo batunze n’abandiM23 irashigikiye ibikorwa vy’igisirikare c’akarere muri CongoLes accusations du Burundi contre le Rwanda sont sans fondement (Albert Rudatsimburwa)Le barrage Jiji-Mulembwe sera fonctionnel d’ici le mois de maiAtteinte à la dignité humaine : refus de soins et maltraitance du Dr Christophe SahaboLe FOCODE a enregistré au moins 25 disparitions au cours du seul premier trimestre de 2024AMAKURU YO KU WA 10.11.2020Les solutions pour surmonter les problèmes du Burundi sont à portée de main (PARCEM)L’emprisonnement d’Alain Guillaume Bunyoni est loin d’être une solution pour le BurundiUmupfungwa agumana uburenganzira bwo kwivuza ku vyo yoba yagirizwa vyose (G. Niyonzima)16 personnes tuées à Gihanga dans une attaque de RED-Tabara, Gitega accuse de nouveau KigaliUkutubahiriza ingingo zo kwikingira gutuma akaranda kaguma gakwiragira (L. Baradahana)Abasirikare bagera ku 274 baraciriwe urubanza bahorwa kwanka kugwana n’umuhari M23 muri CongoLes preuves des massacres des Hema existent, et les victimes sont identifiées (Me J. Mateso)Umushingwamanza Gustave Niyonzima aranegura irengutswa rya muganga Sahabo akitswe n’amagara