Umviriza ibihano bitegekanijwe ku ndongozi n'abakozi ba Reta batazovyitwaramwo neza kuva ubu
Umviriza ibihano bitegekanijwe ku ndongozi n'abakozi ba Reta batazovyitwaramwo neza kuva ubu. Umukuru w'igihugu yaciye amahani abakozi bareta n'indongozi zidakora ku mwanya zahawe ivyo zasabwe ko ubu uwuzokurwa mu kazi azobanza kuriha ivyononekaye kandi akaba atazopfa asubiye gukora akazi ka Reta, ico yise Révocation de la Fonction Publique
Видео Umviriza ibihano bitegekanijwe ku ndongozi n'abakozi ba Reta batazovyitwaramwo neza kuva ubu канала Mashariki TV
Видео Umviriza ibihano bitegekanijwe ku ndongozi n'abakozi ba Reta batazovyitwaramwo neza kuva ubu канала Mashariki TV
Показать
Комментарии отсутствуют
Информация о видео
Другие видео канала
Raba Abashimiwe mu birori v'yugusozera indwi yahariwe Intwari mu mugambwe CNDD_FDDNi gute Imana yaje mu mugambwe CnddFdd? Umviriza imvo n'imvano kuva ukiri umuhari utwara na NyangomaKurikirana intahe za bamwe mu babuze ababo bo mu ntara ya Mwaro mu bwicanyi bwabaye mu 1972Musenyeri NTAMWANA yasavye abatwara Igihugu bakomoka muri CNDD-FDD kuba abatware beza batwarire boseHoba hagiye kwubakwa amabarabara mu ntumbero yo kugabanya urunyiririkane rw'imiduga (embouteuillage)Raba ingene ibirori vyo guhimbaza #Assomption vyatanguye i MugeraUburundi bwitegiriye gukomeza imigenderanire no gufashanya n'ibihugu vy'Ubufaransa na KenyaUmukuru w'igihugu yasubiye gusaba igihugu c'u*Rwanda gukora ibisabwa kugira imigenderanire ibe myizaUmviriza amategeko yasomewe abagumyabanga imbere yogutangura ikoraniro kaminuza ry'umugambwe CnddFddIbikuru bikuru vyaranze urugendo rw'umukuru w'igihugu i New York mu nama ya 76 y'ishirahamwe ONU🤔 "Mu kuja muri Kenya namaze iminsi itatu mu mizigo"Abajejwe intwaro baragabishwa ko uwo bazosanga amakori yibwa aho atwara ko yoca atanga imihohoUmuryango wa Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu wipfurije Noweri nziza impfuvyi n’abageze mu zabukuru.Umviriza imigambi Reverien Ndikuriyo yashikirije atowe ngo abe umunyamabanga mukuru wa CnddFddRotary Club #Ngozi yatanze ibiti vy'ivyamwa kw'ishure shingiro rya #Musumba muri komine #GashikanwaGen Maj Evariste Ndayishimiye ninde? Yamaze iki? Umviriza Imboneza yamaho Petero NkurunzizaBwa mbere Perezida Evariste Ndayishimiye avuze ku rupfu rwa Pierre Buyoya amajambo akomeye umvirizaUmukuru w'igihugu yasavye imbonerakure kwamirira kure abazoza babigisha amacakubiri.Kuva ejo 13/1/2021 abiyunguruza n'imiduga, amapikipiki n'amakinga bategerezwa kwambara ubufukamunwa#Burundi Umukuru w'Igihugu Petero Nkurunziza yasengeye amatora yo ku wa 20 Rusama 2020