Загрузка страницы

Umukuru wa karitiye ya 6 yo ku #Mutakura mu #Cibitoke arashima ubumwe busigaye buri mubo arongoye

Umukuru wa karitiye ya 6 yo ku #Mutakura muri zone #Cibitoke komine #Ntahangwa igisagara ca #Bujumbura arashima ubumwe busigaye buri hagati y'abanyagihugu arongoye, akamenyesha ko ubwo bumwe bubonekera mu bikogwa vy'iterambere muri iyo quartier. Bivugwa na MUNYONGE Hussein arongoye iyo quartier, hari mu birori vyo kwiginana bipfurizanya umwaka vyabaye ku mugoroba wo kuri uwu wa gatandatu muri Quartier ya Mutakura ya 6

Видео Umukuru wa karitiye ya 6 yo ku #Mutakura mu #Cibitoke arashima ubumwe busigaye buri mubo arongoye канала Mashariki TV
Показать
Комментарии отсутствуют
Введите заголовок:

Введите адрес ссылки:

Введите адрес видео с YouTube:

Зарегистрируйтесь или войдите с
Информация о видео
24 января 2022 г. 12:42:11
00:11:46
Другие видео канала
Ibanki y'urwaruka  BIJE ngo  kuva intanguye iramaze guha ingurane urwaruka rutari rukeIbanki y'urwaruka BIJE ngo kuva intanguye iramaze guha ingurane urwaruka rutari rukeAbavugizi b'Inzego zose za Reta y'Uburundi baremesheje ikiganiro cabereye mu ntara ya #KarusiAbavugizi b'Inzego zose za Reta y'Uburundi baremesheje ikiganiro cabereye mu ntara ya #KarusiKurikirana i defire yatanguje ibirori vy'inama y'abavuka mu ntara ya nshasha ya Burunga.Kurikirana i defire yatanguje ibirori vy'inama y'abavuka mu ntara ya nshasha ya Burunga.Uwahoze arongoye u #Burundi Cyprien NTARYAMIRA yibutswe ku ncuro ya 29.Uwahoze arongoye u #Burundi Cyprien NTARYAMIRA yibutswe ku ncuro ya 29.Qu'est ce que le Marché Interbancaire de Devises, quelles sont les conditions de son fonctionnement?Qu'est ce que le Marché Interbancaire de Devises, quelles sont les conditions de son fonctionnement?Intwari zaranze amateka y'Uburundi nizo twubakira ko kugira dupange igihugu.Intwari zaranze amateka y'Uburundi nizo twubakira ko kugira dupange igihugu.Akazi si ako muma bureau gusa. Uyu mwenegihugu akora akazi ko gutegura amatuta y'imivyaro y'amatundaAkazi si ako muma bureau gusa. Uyu mwenegihugu akora akazi ko gutegura amatuta y'imivyaro y'amatundaMuri Fondation PAX Burundi bafise intumbero yo gutegura urwaruka, babaronderere ubuzi mubindi bihuguMuri Fondation PAX Burundi bafise intumbero yo gutegura urwaruka, babaronderere ubuzi mubindi bihuguUbuyobozi bw'igisagara ca Bujumbura buvuga iki kw'isanurwa ry'ibarabara Bujumbura -Muzinda-Bubanza ?Ubuyobozi bw'igisagara ca Bujumbura buvuga iki kw'isanurwa ry'ibarabara Bujumbura -Muzinda-Bubanza ?#ComboTaxi: Namwe aho iwanyu hari abavuga ko abakenyezi ataco bamaze?#ComboTaxi: Namwe aho iwanyu hari abavuga ko abakenyezi ataco bamaze?Ishirahamwe KAZE GREEN ECONOMY rihingura amakara ritononye ibidukikije rishitse ku ntambwe iyihe?Ishirahamwe KAZE GREEN ECONOMY rihingura amakara ritononye ibidukikije rishitse ku ntambwe iyihe?Ishirahamwe Brarudi ryashize kw'isoko  ikinyobwa gishasha citwa "Primus Black" canke ''#AKABLACK ".Ishirahamwe Brarudi ryashize kw'isoko ikinyobwa gishasha citwa "Primus Black" canke ''#AKABLACK ".Umutwakazi wo mu #Ruyigi afashwa n'umugambi #Merankabandi avuga ko atazosubira kwitwa ntahonikora.Umutwakazi wo mu #Ruyigi afashwa n'umugambi #Merankabandi avuga ko atazosubira kwitwa ntahonikora.Ikiganiro ku buzima bwa Patiri Jean-Baptiste Ntahokaja yanditse ururirimbo ruhayagiza UburundiIkiganiro ku buzima bwa Patiri Jean-Baptiste Ntahokaja yanditse ururirimbo ruhayagiza UburundiIbitaro Polyclinique Umugiraneza vyo mu Kibimba vyatanguje isekeza ryo kuvura ingwara zo mu kanwa.Ibitaro Polyclinique Umugiraneza vyo mu Kibimba vyatanguje isekeza ryo kuvura ingwara zo mu kanwa.Le ministre de la fonction publique effectue une visite au sein de l'entreprise Savonor s.a.Le ministre de la fonction publique effectue une visite au sein de l'entreprise Savonor s.a.Abenegihugu bo muri Tenga basaba Reta kubashigikira mu bikorwa barimwo vyo kwiyubakira ibarabaraAbenegihugu bo muri Tenga basaba Reta kubashigikira mu bikorwa barimwo vyo kwiyubakira ibarabaraUmutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yafashe urugendo aja  mu nama y'abatambukanyi b'abakuru b'ibihuguUmutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yafashe urugendo aja mu nama y'abatambukanyi b'abakuru b'ibihuguHaraye hinjiwe Paruwase nshansha ya Nyange, muri diyoseze katorika  ya BururiHaraye hinjiwe Paruwase nshansha ya Nyange, muri diyoseze katorika ya BururiWari uzi ko gutera Gazon mu rupangu birutwa no kuhatera imboga ushobora no kwifashisha ?Wari uzi ko gutera Gazon mu rupangu birutwa no kuhatera imboga ushobora no kwifashisha ?Umbega ''URUDEDE'' rukoreshwa gute ku bipfuza gutandukanya imvyaro canke kudatwara imbanyi batipfuzaUmbega ''URUDEDE'' rukoreshwa gute ku bipfuza gutandukanya imvyaro canke kudatwara imbanyi batipfuza
Яндекс.Метрика