Prezida Evariste Ndayishimiye yasubiriye gutera akamo abarundi bose bari mu buhungiro ngo bahunguke.
#Burundi Umkuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yasubiriye gutera akamo abarundi bose bari mu buhungiro ngo bahunguke. Ku munsi wa kabari w'amasengesho mpuzamadini yatunganijwe n'umugambwe Cndd-Fdd, prezida NEVA yavuze ko yipfuza ko hatosubira kuba umurundi n'umwe yitwa ''impunzi''.
Видео Prezida Evariste Ndayishimiye yasubiriye gutera akamo abarundi bose bari mu buhungiro ngo bahunguke. канала Mashariki TV
Видео Prezida Evariste Ndayishimiye yasubiriye gutera akamo abarundi bose bari mu buhungiro ngo bahunguke. канала Mashariki TV
Показать
Комментарии отсутствуют
Информация о видео
Другие видео канала
![Ibanki y'urwaruka BIJE ngo kuva intanguye iramaze guha ingurane urwaruka rutari ruke](https://i.ytimg.com/vi/i0ij9jgj4rw/default.jpg)
![Abavugizi b'Inzego zose za Reta y'Uburundi baremesheje ikiganiro cabereye mu ntara ya #Karusi](https://i.ytimg.com/vi/pCjNGv4Layw/default.jpg)
![Kurikirana i defire yatanguje ibirori vy'inama y'abavuka mu ntara ya nshasha ya Burunga.](https://i.ytimg.com/vi/Qa47g46BJBE/default.jpg)
![Uwahoze arongoye u #Burundi Cyprien NTARYAMIRA yibutswe ku ncuro ya 29.](https://i.ytimg.com/vi/WbbqvIudDwM/default.jpg)
![Qu'est ce que le Marché Interbancaire de Devises, quelles sont les conditions de son fonctionnement?](https://i.ytimg.com/vi/Ia0yICq1lFs/default.jpg)
![Intwari zaranze amateka y'Uburundi nizo twubakira ko kugira dupange igihugu.](https://i.ytimg.com/vi/xQTqEL7pa3o/default.jpg)
![Akazi si ako muma bureau gusa. Uyu mwenegihugu akora akazi ko gutegura amatuta y'imivyaro y'amatunda](https://i.ytimg.com/vi/-8pZQiwBFHo/default.jpg)
![Muri Fondation PAX Burundi bafise intumbero yo gutegura urwaruka, babaronderere ubuzi mubindi bihugu](https://i.ytimg.com/vi/INuF7hZpuF4/default.jpg)
![#ComboTaxi: Namwe aho iwanyu hari abavuga ko abakenyezi ataco bamaze?](https://i.ytimg.com/vi/CqkSVF3ljfk/default.jpg)
![Ishirahamwe KAZE GREEN ECONOMY rihingura amakara ritononye ibidukikije rishitse ku ntambwe iyihe?](https://i.ytimg.com/vi/_xctPFgsUvg/default.jpg)
![Ishirahamwe Brarudi ryashize kw'isoko ikinyobwa gishasha citwa "Primus Black" canke ''#AKABLACK ".](https://i.ytimg.com/vi/zQ37RK5ZFPM/default.jpg)
![Ibitaro Polyclinique Umugiraneza vyo mu Kibimba vyatanguje isekeza ryo kuvura ingwara zo mu kanwa.](https://i.ytimg.com/vi/r5Vh8536Qu8/default.jpg)
![Le ministre de la fonction publique effectue une visite au sein de l'entreprise Savonor s.a.](https://i.ytimg.com/vi/ME8pjwN6Dvc/default.jpg)
![Abenegihugu bo muri Tenga basaba Reta kubashigikira mu bikorwa barimwo vyo kwiyubakira ibarabara](https://i.ytimg.com/vi/JPqvWWp8eRU/default.jpg)
![Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu yafashe urugendo aja mu nama y'abatambukanyi b'abakuru b'ibihugu](https://i.ytimg.com/vi/I3cX1eEsuVM/default.jpg)
![Wari uzi ko gutera Gazon mu rupangu birutwa no kuhatera imboga ushobora no kwifashisha ?](https://i.ytimg.com/vi/bbMtGnS2CPQ/default.jpg)
![Musitanteri wa komine #Muhuta yabwiye abo arongoye ko mw'iterambere ata demokarasi ijamwo](https://i.ytimg.com/vi/8thSCWpEt9c/default.jpg)
![Les bagumyabanga du CNDD FDD, Section #Russie ont octroyé un don de kit scolaires aux élèves démunis](https://i.ytimg.com/vi/u4kXwnJjISM/default.jpg)
![Ingurane ya PAEEJ aho yadukuye ni nk'aho umurimyi yakuye inyoni!](https://i.ytimg.com/vi/2343IOjjrwA/default.jpg)
![#WarakozeMana2023: Mu kurangiza amasengesho, Prezida Neva yarahawe ingabire zitandukanye.](https://i.ytimg.com/vi/zLDwv2VH_E8/default.jpg)
![Defire y'urwaruka rwo mu ntara zose mu birori vya Nkurunziza Cup 2024.](https://i.ytimg.com/vi/t6Y-k5gcAmk/default.jpg)