Загрузка страницы

Ba bamama b'ibitangaza mu gucuraranga batwongeye iyindi ndirimbo! Irabire nawe!😍😇🇧🇮👏

MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.

Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:

+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)

YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Видео Ba bamama b'ibitangaza mu gucuraranga batwongeye iyindi ndirimbo! Irabire nawe!😍😇🇧🇮👏 канала MEIRRA Tv
Показать
Комментарии отсутствуют
Введите заголовок:

Введите адрес ссылки:

Введите адрес видео с YouTube:

Зарегистрируйтесь или войдите с
Информация о видео
28 мая 2021 г. 9:48:00
00:05:54
Яндекс.Метрика