Загрузка страницы

🔷 INKURU ITANGAJE CANE, YA JEFF BEZOS, UMUTUNZI WA MBERE KW'ISI MURI 2019

Umutunzi wa mbere kw'isi JEFF BEZOS, yitunganije mu kiringo c'ababa imyaka mirongo ibiri kugirango ashobore gusumvya ubutunzi abarwizatunga bose bamutanze kwiyungunganya n'abaje inyuma yiwe bose.

Gira subscribe kuri channel yacu kugira ngo ntihagire bishasha vyacu bizogucika :👇
https://www.youtube.com/channel/UCUtF8lQxPgZe_s1ymkqzcsA

🔴 Video nshasha minsi yose kuwa GATANU

Muri iyi video harimwo kahise ka JEFF BEZOS, ivyo afise n'ivyo yakoze kugira ngo ashobore kugera ku rwego agezeko ubu.

Iyi video twayiteguye kugira ngo twigishe urwaruka ibijanye no kwiteza imbere.
Rwaruka ntimutinye kwiyungunganya, vyose birashoboka, igikuru ni UMWETE N'ISHAKA.
Kurikirana Becha Power kuri :

👉Facebook : https://m.facebook.com/Becha-Power-988651131331294
👉Twitter
👉Instagram
👉Blog officiel : www.bechapowerbp.wordpress.com

Murashobora kutwandikira kuri :
```````````````````````````````````````````````
👉Whtatsapp : https://wa.me/25761433154

👉 e-mail : bechapowerbp@gmail.com

Impanuro zanyu zirahawe ikaze.

Ntiwibagire gusangiza video bagenzi bawe.

Mugire amagara meza !

Murakoze !

Видео 🔷 INKURU ITANGAJE CANE, YA JEFF BEZOS, UMUTUNZI WA MBERE KW'ISI MURI 2019 канала Becha Power
Показать
Комментарии отсутствуют
Введите заголовок:

Введите адрес ссылки:

Введите адрес видео с YouTube:

Зарегистрируйтесь или войдите с
Информация о видео
30 августа 2019 г. 22:49:44
00:06:27
Яндекс.Метрика